Advertisement
Igikorane ngaruka mwaka c’abakenyezi “URUGORI RW’IGISAGARA” cagarutse, kandi kije kirimwo ubundi bwiza bushashaIbintu usabwa ni bibiri gusa: Kwitegurira gusanganira ubwiza buzananye n’iki gikorane be no gutumira.
Aho tuzoba dufise abatumire Nibaruta Médiatrice (Psychothérapeute & Coach)
Dr Tania Ineza Gahama (Spécialiste en Médecine Familiale)
hamwe n’umukozi w’Imana Pr Evrard Sinagaye.
Advertisement
Event Venue & Nearby Stays
Kinindo, Avenue Ndamukiza, numéro 4 (En face de King's Conference Center), Bujumbura, Burundi