Advertisement
Abantu mwese mutahura ikirundi muri Kenya�, iyi ni inkuru nziza yanyu! �Kw’itariki 12/10/2025 nabateguriye inyigisho zidasanzwe zijanye n’ubuhinga bwo kwinjiza amafaranga kuri Facebook nkuko benshi bayinjiza kuri youtube.
� Mu bindi bihugu, izi nyigisho zigurishwa hagati ya $100 – $500,
ariko jewe nzobibigisha kubuntu, ntamafaranga muzotanga!
� Aho tuzohurira ni mu gisagara ca Nairobi (CBD), mu Salle nzobabwira ejo canke bukeye bwaho.
Ico nsaba gusa:
UMWETE n’UGUSHAKA kwiga.
Nta mahera nzosaba, kandi ndabasavye ko namwe muzoha abandi izi nyigisho kubuntu.
� Iyi ni chance idasanzwe yo kwiga ikintu gishobora guhindura ubuzima bwawe n’ubw’abandi.
Twese duhure hamwe, twige hamwe, duhindure ejo hacu! �
kwiyandikisha nzobabwira uko bikorwa ejo
Advertisement
Event Venue & Nearby Stays
Nairobi South, Nairobi, Kenya